Ibibanza vy'ihuriro vyo gukiniramwo no kwiga ni vyiza cane ku bana. Barahigira kubana n'abandi, kwiga ururimi rushasha eka n'abavyeyi barahagirira abagenzi, bakayaga bakahamenyera n'amakuru yaho baba.