News

Bwana Bemba yangiwe n'akanama k'amatora ka Kongo kwiyamamaza mu matora ya perezida yo mu kwezi kwa cumi na kabiri k'umwaka ushize wa 2018. Aka kanama katangaje ko impamvu ari uko yahamijwe n'uru ...
Umushikiranganji wambere wa Republika ya Demokrasi ya Kongo, Sylvestre Ilunga Ilukamba, afise amasa 24 ngo abe yatanze imihoho nyuma yo gukurwako icizere n'abashingamateka. Yabwirijwe gutanga ...